Utahure ibimenyetso 12 vya ‘cancer’ yo mw’ibere

Insiguro ya video, Naho ikarira abagore, ubu n’abagabo irabahitana.
Utahure ibimenyetso 12 vya ‘cancer’ yo mw’ibere
Yatangajwe

Wewe canke uwawe ushobora kuba ubangamiwe na ‘cancer’ yo mw’ibere, nt’ubimenye.

Naho ikarira abagore, ubu n’abagabo irabahitana.

Ku bagore, niho ibimenyetso vyibonekeza cane, kubera imero y’ibere.

Ni imwe mu bwoko bwa ‘cancer’ buvugwa, iyo bwamenyekanye kare, ariko kenshi, bwica.

Naho Cancer yo mw'ibere ikarira abagore, ubu n’abagabo irabahitana.
Insiguro y'isanamu, Naho ikarira abagore, ubu n’abagabo irabahitana.