BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO , Israel: Imigambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi yagirije Netanyahu kugerageza gutuma ivyavuye mu matora bitemerwa
Imigambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi hamwe n’iyihurikiyemwo Abayahudi b’Abarabu yateye ivyatsi Benjamin Netanyahu, inyuma y’uko avuze ko amatora yibwe.
Amerika irateganya kubuza ibigo by'itumanaho byo mu Bushinwa gukoresha nimero za telefoni zo muri Amerika
Mu myaka yashize, impungenge z'uko u Bushinwa bushobora gukoresha amakuru y'itumanaho cyangwa ibikorwa remezo bya Amerika mu butasi zakomeje kwiyongera.
Amerika yahamije icyaha umunyarwanda umaze imyaka myinshi ahisha uruhare rwe muri Jenoside
Eric Nshimiye yashinjwe kubeshya inteko y'abacamanza kugira ngo yikingire ndetse anakingire mugenziwe wagize uruhare muri jenoside.
RD Congo irashima ibihano Amerika yafatiye ubushikiranganji bw'ingabo z'Urwanda n'ibanki Zigama-CSS
Reta ya Congo ivuga ko M23, “uko yoba yitwa kwose, ibandanya guhabwa uburyo n’Urwanda”, ikavuga ko igisirikare carwo n’abo gikorana, babandanya bateza umutekano muke muri Congo.
Imiryango y'Abashinwa irimo kwita ku bakuze kurusha abakiri bato
The latest figures mark a major milestone as Beijing grapples with an ageing population.
Amerika yafatiye ibihano minisiteri y'ingabo z'u Rwanda na banki ya gisirikare kubera intambara yo muri RD Congo
Repubulika ya Demokarasi ya Congo ishinja u Rwanda gufasha inyeshyamba za M23 no gusahura umutungo wayo wo mu burasirazuba bw'icyo gihugu bwibasiwe n'intambara, ikirego u Rwanda ruhakana.
Elon Musk ni 'incabwenge cane' – Putin inyuma y'ibiganiro n'uwo mukuru wa SpaceX
Putin avuze ayo majambo ku bijanye na Rassvet na Starlink mu gihe bisa n’uko imigenderanire hagati ya Amerika n’Uburusiya iriko irushiriza kuba myiza.
Perezida wa AU asaba Uburusiya kongera ishoramari muri Afurika
Perezida w’Umuryango w'Ubumwe bwa Afurika (AU), Evariste Ndayishimiye, arasaba amasosiyete y’ Uburusiya gushora imari mu bisata by’ingufu, ibikorwa remezo, inganda ndetse n’ikoranabuhanga muri Afurika.
Espagne: Nibura abantu 68 baguye mu mpanuka ya gari ya moshi, abandi benshi barakomereka bikomeye
Abantu n’imiburiburi 68 bahitanywe n’impanuka yabaye inyuma y’aho gari ya moshi zibiri z'umuvuduko munini zigonganiye mu bumanuko bw’umugwa mukuru wa Espagne, Madrid.
FRN ivuga ko Brig Gen Kamanzi yagiye gukorana na yo avuye muri FARDC
Umuvugizi wa FRN yavuze ko abandi basirikare bakuru babiri na bo bahisemo kwifatanya na yo, mu gihe Perezida Tshisekedi yavuze ko yashoboye kurandura mu ngabo benshi mu "bacengezi n'abagambanyi".
Tanzaniya yishimiye ko inyuma y'imyaka 10 yasubiriye kwubura gaze
Umushikiranganji w'amasoko ntanganguvu avuga ko ari «intambwe ihambaye cane» kuri iki gihugu co muri Afrika y'Ubuseruko
RD Congo : 'Ni ikimenyetso c'uko atigeze akunda igihugu', Tshisekedi kuri Kabila na FRN
Ni bwo bwa mbere umutegetsi wa RD Congo agize ico ashikiriza ku mugaragaro kw'ishingwa ry'umuhari FRN na Joseph Kabila awurongoye.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Rwanda: Inkongi y'umuriro yibasiye isoko rya Gisozi iteza igihombo cya miliyari z'amafaranga
Inkongi y'umuriro yadutse mu rukerera rwo kuri iki Cyumweru yibasiye igice kinini cy'isoko ry'ibikorwa by'ubukorikori rya Gisozi mu Mujyi wa Kigali, itwika amaduka menshi n'ibicuruzwa bifite agaciro gakomeye.
Robert Kabera: Human Rights Watch isaba Uganda gukora itohoza ryimbitse ku rupfu rwiwe
Mu cegeranyo HRW yasohoye isa n'iyigaragaza ko Urwanda rushobora kuba hari uruhara rwagize mw'igandagurwa ryiwe.
DRC: Umutwe wa ADF urashinjwa gukora magendu mu bucukuzi bwa zahabu
Umutwe w'inyeshyamba wa ADF (Allied Democratic Forces) uherereye mu Burasirazuba bwa Leta ya Congo, ukaba ukorana n'umutwe wa Islamic State (IS), biravugwa ko igice kinini cy'amafaranga ukoresha mu bikorwa byawo ava mu bucukuzi bwa zahabu bukorwa mu buryo butemewe n'amategeko.
Umugore wanduye Ebola muri Nigeria yemejwe ko ari umugore w'umudipolomate w'Ubusuwisi
Abategetsi bo mu Busuwisi bavuga ko umugabo we ubu ari mu kato ariko nta bimenyetso aragaragaza.
Menya bamwe mu banegura ubutegetsi bw'Urwanda impfu zabo zateye ibibazo n'amakenga
Reta y'Urwanda yagiye ihakana ivy'uko ifise uruhara mu mpfu z'abayinegura, ariko hari zimwe zagumye zikurikiranirwa hafi n'amashirahamwe aharanira agateka ka muntu, kubera igipfungu n'ibibazo vyibazwa ku kuntu izo mpfu zagenze.
RD Congo: Ububirigi bwateye ivyatsi umuhari FRN witwaje ibirwanisho urongowe na Joseph Kabila
Ni ubwa mbere Ububirigi, igihugu cakolonije RDC, bugize ico bushikiriza ku mugaragaro kw'ivuka ry'umuhari FRN.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































